BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Inzobere mpuzamahanga zinjiye mu muhate wa DR Congo wo gushaka ubutabera ku byaha bimaze imyaka 30
Ako kanama kazanasuzuma ibikubiye muri raporo ya ONU yiswe 'Mapping Report' yo mu mwaka wa 2010, ndetse n'ibikorwa byo kurenga ku mategeko bya vuba aha mu burasirazuba bwa DRC.
Iran yakangishije gufunga izindi nzira z'ubucuruzi mu gihe Amerika yagabye ibindi bitero
Perezida w'Amerika Donald Trump yasezeranyije ko mu cyumweru gitaha azarasa amateme n'ingomero z'amashanyarazi bya Iran niba idasubiye mu biganiro.
Sierra Leone yakuyeho ikirego cy'ubugambanyi ku wahoze ari perezida kijyanye n'igerageza rya Coup d'État
Ernest Bai Koroma yatawe muri yombi mu 2023 nyuma yuko abagabo bitwaje imbunda biraye mu bubiko bw'intwaro no mu magereza amwe, bagafungura imfungwa.
Igituma ibihugu bitandatu kuri cumi aho abantu batanga cane kw'isi biri muri Afrika
Ibihugu bitandatu muri cumi birangwa n'ubuntu aho abantu batanga kuruta ahandi kw'isi biri muri Afrika. Kuri uwu mugabane, abantu muri rusangi batanga ku rugero rwa 1,6% vy'ivyo binjiza, mu gihe ku mugabane wa Buraya batanga ku rugero rwa 0,6% gusa.
Kenya: Sentare yanse igisabo c'aba Rasta co kwemeza urumogi mu mategeko
Sentare yemeye ko hakenewe ibiganiro vyagutse ku rwego rw'igihugu ku bijanye n'ikoreshwa ry'urumogi.
Ikosa nyamukuru ryatumye haduka intambara ya mbere y'isi n'intambara zo mu Buseruko bwo Hagati
Imbere y'Intambara ya mbere y'isi, akarere k'ibihugu vy'Abarabu n'Afrika yo mu buraruko kari urubuga rwo kunyinyuraniramwo rw'ubukoroni hagati y'Ubwongereza n'Ubufaransa.
U Rwanda rwagiranye amasezerano na Aston Villa yo kurwamamaza muri 'Visit Rwanda'
Aya masezerano na Aston Villa agezweho nyuma yuko amasezerano u Rwanda rwari rufitanye na Arsenal arangiranye n’umwaka w’imikino ushize.
Igikombe c'Isi: Uko umupira w'amaguru wafashije abimukira kwemerwa mu kibano muri Amerika
Umupira w'amaguru ni wo uhuza abimukira n'impunzi bakinira ku kibuga co muri Maine, kandi warabafashije kwiyumva ko ari bamwe kandi bagize umuryango n’ubwo bari mu mahanga.
Wari uzi ko imbuga nkoranyambaga zagufasha kwiteza imbere aho kukurangaza?
Nyuma yo gutaha mu gihugu Shemsa avuga ko yabonye nta kazi kamunyuze kaboneka kandi iwabo hari ahantu yakorera ubworozi.
Uburusiya: Umunyapolitike arwanya intambara, Boris Nadezhdin, yafashwe n'igipolisi
Boris Nadezhdin yagerageje kwitoza mu matora y'umukuru w'igihugu yo mu 2024 ahanganye na Vladimir Putin, ariko ntiyavyemerewe.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Umunyamerika wa kabiri yanduye Ebola yimuriwe mu Budagi
OMS ivuga ko ukwandura kw'abakozi batanga ubutabazi mu gihe c'ikiza nk'iki atari ikintu gitangaje. Ariko ishimika ko gukingira abakozi bari ku murongo w'imbere mu kukirwanya, bikwiye kuguma ari ikintu kiza imbere ya vyose.
Uganda: Abantu nibura 16 bamaze gupfa bahitanywe n'inzara
Reta ya Uganda ivuga ko abantu nibura 16 bapfuye mu ntara ya Karamoja muri izi ndwi za vuba kubera inzara iturutse ku ruzuba rw'igihe kirekire.
Menya igituma amasezerano y'amahoro muri Irani yasenyutse imbere yuko Trump anatangaza ko 'yarangiye'
Washington na Tehran bisa n'uko biriko birarondera gusubira gutanguza intambara mu buryo bweruye, mu gihe ata ruhande na rumwe rushaka guhebera urundi.
Menya ibihugu bitanu bishobora kuzoba biganza isi mu 2050
Gushika mu mwaka wa 2050, bitegekanijwe ko isoko ry'isi yose rizoba ryirwije incuro zibiri, n'ubwo ONU ivuga ko igitigiri c'ababa kw'isi kizoba ciyongereye ku rugero rwa 26% gusa.
Ubuhinga bushasha bwakijije amahasa ingorane idakunze kubaho yo mu mbanyi
Nancy na Margo, amahasa asa nk’igiharo n’igiharage, baravuwe hakoreshejwe ubuhinga bushasha bw’imipfunda y’amajwi butari bwakoreshwe na rimwe, ivyo bikaba vyakozwe nk’igerageza rya mbere kw'isi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































