BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Amerika na Iran bemeranyije ku gahenge k'ibyumweru bibiri gafite ibisabwa hamwe no gufungura umuhora wa Hormuz
Pakistan ivuga ko izakira ibiganiro by’impande zombi ku wa gatanu, mu gihe Tehran ivuga ko ako gahenge kazashoboka “niba ibitero kuri Irani bihagaritswe”.
Igihe ntarengwa cya Trump ku muhora wa Hormuz kiregereje ariko ibihugu byo muri Aziya byamaze kugirana amasezerano na Iran
Ibihugu byo muri ako karere byashishikariye kugera ku masezerano, mu gihe ubukungu bwabyo bucungira cyane ku ngufu zo mu burasirazuba bwo hagati.
Burya abagore ntibakwiye kubyara bagaramye kandi hambere si ko babyaraga, dore uko byahinduwe n'abagabo
Inzobere ivuga ko hari ubujiji rusange mu banyamwuga ndetse no mu bagore batwite ku bijyanye n'uko kubyara bikorwa mu buryo busanzwe.
‘Ikiragano cyose kiri bupfe nijoro’ - Trump yakajije amagambo ye ku gihe ntarengwa yahaye Iran
Trump yahaye Iran nyirantarengwa yo mu ijoro ryo kuri uyu wa kabiri 20:00 i Washington (02:00 i Kigali na Gitega) saa 03:30 z’urukerera z’i Tehran.
Iran ivuga ko umukuru w'ubutasi yishwe n'igitero cy'Amerika na Israel, mu gihe Trump yakangishije 'ukuzimu' niba nta masezerano
Umutwe wihariye wo mu ngabo za Irani witwa IRGC wavuze ko Majid Khademi yishwe mu gitondo cyo kuri uyu wa mbere. Perezida w'Amerika yahaye Irani igihe ntarengwa cyo ku wa kabiri nimugoroba ngo ibe yagiranye amasezerano na we.
Magawa: Ya mbeba yabaye icyamamare mu gutegura ibisasu yubakiwe ishusho mu gihugu
Ishusho nini yacuzwe mu ibuye ryo muri ako gace yakozwe n'abanyabugeni yamuritswe imbere y'abantu benshi ku munsi mpuzamahanga wo kuzirikana ububi bwa mine.
Ibyo tuzi kuri 'operation' yo gutabara umupilote wa F-15 ya Amerika yarasiwe muri Iran
Nyuma yuko iyo ndege irasiwe muri Iran ku wa gatanu ushize, ibikorwa byo gutabara umupilote wari uyirimo byarasiwemo izindi ndege zirenze ebyiri.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Uko Pakistan yumvishije Trump kugira ibe umuhuza atari yitezwe mu ntambara ya Iran
Uruhara rwa Pakistan nk'umuhuza muri iyi ntambara rwatangaje benshi, ariko kumbure ntirwategerezwa kubatangaza.
Irani: Amashusho yerekana ibisigarira vy'indege zoba zaturiwe mu kurokora wa Munyamerika yatakara
biriko bigaragara ko igikorwa co kurokora uyo musirikare kitari coroshe na gato, kandi ko mu buryo bwakoreshejwe harimwo ingabo ziharurwa mu majana, indege z’intambara zitari nke hamwe na za kajugujugu.
Menya uko uno Jenerali wo mu ntambara ya 2 y'isi yatsinze umwanzi we mukuru w'umu-Nazi
Mbere y'uko Montgomery agera muri Afurika ya Ruguru, Rommel yari atinyitse cyane mu basirikare b'Abongereza, bari barubatse ishusho ye nk'umuhanga mu bya gisirikare.
Ubwo ibisasu vya misire vya Irani birashobora gushikira Londres na Paris?
Bamwe mu bahinga bavuga ko Irani ishobora kurekura ibisasu vya misire vyoshika i Londres ariko ko vyokororwa imbere y'uko bishikayo.
Wumva unaniwe cyane? Menya imirimo umunani yihishe ituma abagore bumva barushye cyane
Umuhanga mu bumenyi bw'imibereho y'abantu Leah Ruppanner aravug ku mpamvu abagore bacyikorera mwinshi mu mutwaro wo gutekereza no gutegura imirimo yo mu rugo.
Abari mu butumwa bwa Artemis II bafashe ifoto 'y'igitangaza' y'Isi
Iyi foto yafatiwe n'uwurongoye ubu butumwa, Reid Wiseman, mu kigendajuru Orion, mu gihe abari muri ubu butumwa bariko berekeza mu micungararo y'Ukwezi.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































