Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Denmark: insiguro k’ubwonko hafi 10 000 bwegeranijwe
Denmark: insiguro y’ubwonko hafi 10 000 bwegeranijwe
Yatangajwe
Kuva mu 1945, hari ubwonko 9 479 bw’abantu bapfuye bagwaye ingwara zo m’umutwe.
Tubasigurira igituma bwegeranijwe hano muri Denmark, ico bufasha n’ivyagiye birahinduka uko imyaka yahera.