BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Senegal yirukanye umumenyereza Thiaw inyuma yo gusezererwa mu Gikombe c'Isi
Sénégal yirukanye umumenyereza w'umurwi nserukiragihugu Pape Thiaw inyuma yo gutsindwa mu buryo bubabaje mu gice ca 16 gishira ica nyuma c'ihiganwa ry'igikombe c'isi ry'uno mwaka wa 2026.
Uganda: Abantu nibura 16 bamaze gupfa bahitanywe n'inzara
Reta ya Uganda ivuga ko abantu nibura 16 bapfuye mu ntara ya Karamoja muri izi ndwi za vuba kubera inzara iturutse ku ruzuba rw'igihe kirekire.
Amerika yagavye ibindi bitero, mu gihe Irani nayo yugaye Umuhora wa Hormuz
Ibi bitero vyagabwe inyuma y'igitero ku bwato bwa Chypre bwariko buca muri uno muhora kirumara wo mu mazi.
Igikombe c'isi 2026: Messi ntiyinjije ariko Argentine isezereye Ubuswisi bwari busigaranye abakinyi 10 mu kibuga
Ubuswisi bwarangije urukino bufise abakinyi cumi mu kibuga, inyuma y'uko Breel Embolo ahawe ikarata itukura.
Ingene uno mugabo yarusimvye igihe yaterwa n'intare yamaze iminota 30 imugumirije hasi
Iyi ntambwe yamugumirije hasi mu kiringo c'iminota 30, ikaguma imufyondera hasi buri gihe cose yagerageza guhaguruka.
Menya igituma amasezerano y'amahoro muri Irani yasenyutse imbere yuko Trump anatangaza ko 'yarangiye'
Washington na Tehran bisa n'uko biriko birarondera gusubira gutanguza intambara mu buryo bweruye, mu gihe ata ruhande na rumwe rushaka guhebera urundi.
Akaga ka misire za 'ballistique': Uburusiya bushobora kumara igihe kingana gute kibirasa kuri Kyiv?
Mu kwa gatandatu n’ukw’indwi, Uburusiya bwarashe ibisasu vya misire za ballistique bingana n’ayo bwashoboye gukora muri ico gihe nyene. Vyoba bisigura ko “iterabwoba rya ballistique” kuri kuri Kyiv ryoba rigiye kurangira?
Menya ibihugu bitanu bishobora kuzoba biganza isi mu 2050
Gushika mu mwaka wa 2050, bitegekanijwe ko isoko ry'isi yose rizoba ryirwije incuro zibiri, n'ubwo ONU ivuga ko igitigiri c'ababa kw'isi kizoba ciyongereye ku rugero rwa 26% gusa.
Ubuhinga bushasha bwakijije amahasa ingorane idakunze kubaho yo mu mbanyi
Nancy na Margo, amahasa asa nk’igiharo n’igiharage, baravuwe hakoreshejwe ubuhinga bushasha bw’imipfunda y’amajwi butari bwakoreshwe na rimwe, ivyo bikaba vyakozwe nk’igerageza rya mbere kw'isi.
‘Urwanda rwugarijwe n’ingaruka zifungwa ry’umuhora wa Hormuz’- Ministri Nsengiyumva
Ministri w’intebe w’u Rwanda, Justin Nsengiyumva yabwiye inteko ishingamategeko ko igihugu gikomeje guhura n’ingaruka z’ubukungu zishingiye ku ntambara yo mu burasirazuba bwo hagati .
Turimo kuvugana na Irani ariko guhagarika imirwano byo byararangiye - Trump
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yavuze ko Leta Zunze Ubumwe za Amerika zikomeje kuganira na Irani ariko yemeza ko guhagarika imirwano byo byarangiye.
Kubera iki bimwe mu bihugu vya Afrika vyanka imfashanyo ya Trump?
Muri politike nshasha y'imigenderanire, abategetsi ba Amerika bagira bati: "Intumbero yacu y'ubufasha mu gisata c'amagara ku rwego mpuzamakungu si ugutanga imfashanyo gusa. Harimwo n'imigambi yo guteza imbere inyungu zacu kw'isi yose."
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ibihugu vyo muri OTAN vyatangaje umugambi mushasha w'ama misire wa miriyaridi 50 z'amadorari
Umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza, Sir Keir Starmer, yitezwe gukoranya abakuru b'ibihugu hafi 12 i Ankara kugira baganire ku mugambi wa OTAN wo gukora misire nshasha ‘idasanzwe’.
Agatosi mu Gikombe c'Isi: Mbappé yateye ivyatsi umukenguzamatekakazi wa Paraguay ku majambo y'ivangura
Kylian Mbappé yabwiye Celeste Amarilla ko ari umuntu ateye isoni kandi adakwiriye ikibanza arimwo, inyuma y’aho avugiye amajambo y’ivangura ruhu amushinyaguriza ku mamuko yiwe n’amashure yiwe.
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
'Ndayambara ku rutoke rwo hagati': Impeta z'ubwahukane nk'ikimenyetso c'ubwigenge zigenda ziyongera
Hirya no hino kw'isi, hakomeje kuboneka abagore batari bake bagaragaza intango nshasha y’ubuzima bwabo inyuma yo kwahukana, mu kwambara impeta bita iy’“ubwahukane”.
Kuki Ukraine iburira ko misire zo gutangira ibitero ziriko zirayiherana?
Perezida Volodymyr Zelensky yavuze ko igitero gikomeye cane Uburusiya bwagavye kuri Kyiv ku wa Mungu cari kigizwe na misire 68 hamwe na ‘drones’ 351 z’ubwiyahuzi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango










































