DR Congo: Umwana urwaye Ebola yashimuswe akurwa mu ivuriro hafi y'i Butembo
Ahavuye isanamu, AFP via Getty Images
Insiguro y'isanamu, Abakora mu buvuzi batwaye umurambo w'umuntu wishwe na Ebola bawujyanye mu buruhukiro bw'ikigo nderabuzima cya Nyankunde, i Bunia, mu ntara ya Ituri, ku wa gatandatu ushize (ifoto mbarankuru)
Abategetsi bo mu buvuzi muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo (DRC) bavuga ko umwana w'umukobwa w'imyaka itandatu wanduye Ebola yashimuswe akurwa mu kigo ivurirwamo kiri mu burasirazuba bw'icyo gihugu.
Ku mugoroba wo ku wa mbere, abagabo bitwaje intwaro z'ubugi butyaye biraye muri iryo vuriro riri hafi y'umujyi wa Butembo mu ntara ya Kivu ya Ruguru, nuko batwara uwo mwana na nyina.
Abategetsi bo mu buvuzi baburiye ko abo bantu bombi bashobora gukwirakwiza iyo virusi nibakomeza kuba hanze y'ivuriro.
Yarataye aromoka, ava muhira iwe, mu gace k'imihana ibamwo abantu mu
kajagari mu gisagara ca Durban, mu ntara ya KwaZulu-Natal, aja kurondera
ubuhungiro mu kibanza cagutse kiri ahabona, aho abanyamahanga bagera ku 7.000 – ahanini b’Abanyamalawi – bamaze indwi zibiri biyegeraniriza bakahahungishiriza
n’utwabo.
Ahavuye isanamu, AFP via Getty Images
Insiguro y'isanamu, Abanyamahanga n’imiburiburi 7.000, harwiriyemwo Abanyamalawi, bakoraniye i Durban aho basaba gutahukanwa mu bihugu vyabo
Yagize ati: "Haraje abantu muhira iwanje bambwira bati: 'Utegerezwa kuvaho. Ntitugishaka ko muguma aha. Mutegerezwa gusubira mu gihugu canyu.' Bari nka 10 kandi bari bafise ibirwanisho."
Yabandanije agira ati: "Baratemye umugabo wanje ku mutwe no kw’izosi. Bari bamufashe izosi nk'abashaka kumwica. Kubw'ubuntu bw'Imana yararokotse, ubu ari mu bitaro."
Abandi benshi biyegeranirije muri ico kibanza, aho amashirahamwe y’abagiraneza ariko abaronsa uburengeti n'ibifungurwa. Bavuga ko na bo nyene bagiriwe ibikorwa nk'ivyo vyo kubatera ubwoba, aho hari umurwi w’abantu wabasanga muhira inzu ku nzu.
Ivyo bibaye inyuma y’urukurikirane rw'imyiyerekano, ahanini yabaye mu mahoro muri uyu mwaka, iyobowe n'umuhari urwanya abimukira witwa March and March, umugambwe ActionSA utavuga rumwe n'ubutegetsi n'abandi.
Muri iyo myiyerekano, bashinze itariki ya 30 Ruheshi (6) nk'ikiringo ntarengwa c'uko abimukira badafise ivya ngombwa boba bavuye ku butaka bwa Afrika y'Epfo.
Bitwaje inkoni, bagenda bararirimba bavuga bati "Mabahambe", ijambo ryo mu rurimi rw'Ikizulu risigura ngo "Nibagende".
Mu gihe iminsi batanze iriko irahera, ku wa kabiri Perezida w'Afrika y'Epfo, Cyril Ramaphosa, yaburiye Abanyafrika y'Epfo ko "guta inkubire ku bantu b'abanyantege nke" atari yo nyishu ku ngorane z'ubutunzi zugarije ico gihugu.
Burundi: Inama nshingamateka na nkenguzamateka zisaba reta gushiraho urwego ruzokurikirana abakekwa 'jenoside' yo mu 1972
Ahavuye isanamu, AFP via Getty Images
Insiguro y'isanamu, Pierre-Claver Ndayicariye arongoye CVR aradoma urutoke ku bategetsi batandukanye b'ico gihe, harimwo uwahora ari Perezida Michel Micombero (ifoto mbarankuru yo mu 2022)
Ariko
iyo si ingingo yoroshye kuyemeza abantu, nkuko byandikwa n'umwanditsi mukuru wa BBC mu rurimi rw'Igi-perse, Amir Azimi.
Igihugu cya Iran kimaze kunyura
mu ntambara yangije byinshi, ubukungu burajegajega cyane, ndetse na bamwe mu bashyigikiye ubu butegetsi bwa Repubulika ya Kisilamu bamaze amezi bamagana ko habaho
kumvikana na Washington.
Hari n’Abanya-Iran,
imbere mu gihugu no hanze yacyo, babona ko amakuba igihugu kirimo atari umwanya
wo gukora dipolomasi (gushyikirana), ahubwo nk’umwanya wuko habaho impinduka y’ubutegetsi.
Uwo ni wo mwuka wa
politike icitsemo ibice Tehran ubu igerageza kumvikanishamo amasezerano
yagiranye n’Amerika.
Ku Banya-Iran benshi, ikibazo si ukumenya niba aya masezerano asobanuye intsinzi,
ahubwo ni ukumenya niba agabanya ibiciro ndetse akagabanya ubwoba bwuko habaho
indi ntambara.
Somaliland yafunguye ambasade i Yeruzalemu nyuma yuko Israel yemeye ubwigenge bwayo
Ahavuye isanamu, Prime Minister of Israel's Office
Insiguro y'isanamu, Perezida wa Somaliland Abdirahman Mohamed Abdullahi (ibumoso) yagiranye ibiganiro na Minisitiri w'intebe wa Israel Benjamin Netanyahu mu ruzinduko rwe
Leta yitandukanyije ya
Somaliland yafunguye ambasade i Yeruzalemu, amezi atandatu nyuma yuko Israel
ibaye igihugu cya mbere kiyemeye nk’igihugu cyigenga.
Ifungurwa ry’iyo ambasade
mu gace kiganjemo ibikorwa by’ikoranabuhanga ko muri Yeruzalemu y’uburengerazuba,
ryabaye mu gihe Perezida wa Somaliland Abdirahman Mohamed Abdullahi ari mu
ruzinduko rw’akazi muri Israel.
Mu nama yagiranye na Perezida wa Somaliland, Minisitiri w’intebe wa Israel Benjamin Netanyahu yavuze ku “mubano
wa roho wimbitse uri hagati y’abaturage bacu”.
Kwemerwa na Israel kwa Somaliland, kwabaye mu Kuboza (12) kw’umwaka
ushize, kwateje impaka. Ibihugu n’imiryango byose hamwe bibarirwa muri za mirongo
birimo Ubushinwa, Turukiya, Arabie Saoudite n’umuryango w’Ubumwe bw’Afurika
byanenze uko kwemerwa na Israel.