Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko uwudandaza umubiri yanyurujwe muri Sierra Leone
Uko uwudandaza umubiri yanyurujwe muri Sierra Leone
Yatangajwe
Amatohoza ya BBC Eye yagaragaje uko mu gace ka Makeni, hamwe abo bagwiriye, hari ubuzima bugoye, burimwo n’ibiyayuramutwe.
Tyson Conteh, umuhinga mu nkuru z’amashusho, amaze imyaka ine atohoza k’ubuzima bw’abadandaza imibiri yabo muri Sierra Leone.