Menyereza ubwonko

Yatangajwe

Gerageza ubwonko bwawe... Urashobora gukora buno bufindo bwa BBC News?

Urashobora kumenya uwuriko arabesha?

Tukwifurije amahirwe!

Agafindo

John avuga ko Justin ari umubeshi.

Justin avuga ko Tom ari umubeshi.

Tom avuga ko Justin na John bombi ari ababeshi.

Dufashe ko bose uko ari batatu babesha iminsi yose canke bavuga ukuri iminsi yose, ninde ariko aravugisha ukuri?

Inyishu

Justin ariko avugisha ukuri.

Nimba Tom ariko aravuga ukuri kuri John, rero John ariko yita Justin umuvuga kuri, biri uko rero Tom ni umubeshi.

Nimba, ku rundi ruhande, John ari umuvuga kuri, rero Justin ariko yita Tom umuvuga kuri, ivyo navyo tukaba twerekanye ko atarivyo.

Rero Justin wenyene niwe ariko aravugisha ukuri.

Ubufindo bwaAlex Bellos, biciye kuriToday Programme.