BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Burundi: Inama nshingamateka na nkenguzamateka zisaba reta gushiraho urwego ruzokurikirana abakekwa 'jenoside' yo mu 1972
Icegeranyo gishasha c'umurwi CVR kimenyesha ko Abahutu barenga 300.000 bishwe mu 1972, ukemeza ko ari “Jenoside”, ivyo udahurizako n'ishirahamwe AC-Génocide Cirimoso.
IKIBIRIRAHO, Somaliland yafunguye ambasade i Yeruzalemu nyuma yuko Israel yemeye ubwigenge bwayo
Ibi bibaye hashize amezi atandatu Israel ibaye igihugu cya mbere cyemeye Somaliland nka leta yigenga.
Guhera ubu igitero cose ca Israel kuri Liban ni ihonyangwa ry’amasezerano ya Iran na Amerika – Umushikiranganji wa Iran
Abatavuga rumwe n'ubutegetsi baranegura iryo tegeko babona nk’intambwe yerekeza ku guhindura ibwirizwa nshingiro, ibishobora gutuma Perezida Tshisekedi aguma ku butegetsi.
Ni iki Trump yakoze gitandukanye na Obama ku bijyanye na Iran?
Perezida wa Amerika, Donald Trump, arashima amasezerano mashya hagati ya Amerika na Irani nk'intsinzi ikomeye ya dipolomasi n'umutekano ugereranije n'ibyagezweho mu gihe cya leta ya Barack Obama.
Tunisia yirukanye umutoza Lamouchi nyuma y'umukino umwe mu gikombe cy'isi
Tunisia yirukanye umutoza Sabri Lamouchi nyuma y'umukino umwe wo mu gikombe cy'isi, akaba yasimbuwe na Hervé Renard wahoze atoza Maroc na Arabie Saoudite.
Umuryango w’Ubumwe bwa Afurika wishimiye amasezerano ya Iran na Amerika
Perezida Donald Trump, abicishije ku rubuga rwiwe Truth Social, yavuze ko amasezerano hagati ya Iran na Amerika yatunganye, mu gihe ibiro vy’inama nkuru y’umutekano ya Iran na vyo bishimangira ko ibikorwa vya gisirikare ku mpande zose, harimwo na Liban, bitegekanijwe guhagarara burundu guhera ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere.
"Iyo nza kumenya ko uwo nzashaka azankuramo ijisho, sinari gushaka"
Rosana avuga ko umugabo we yakundaga kumubwira amagambo akaze igihe cyose batonganaga ariko ntiyabonaga ko yazamuviramo ikibazo gihindura ubuzima bwe.
Ubwongereza: Abana bari munsi y'imyaka 16 baciwe ku mbuga nkoranyambaga, ibi ubundi bishyirwa mu ngiro gute?
Keir Starmer yavuze ko imbuga nkoranyambaga zirimo gutera agahinda mu bana, gutuma bibasirwa, kandi "zikoze ku buryo zibahindura imbata".
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Bowen: Trump na Netanyahu bashaka guhindura ishusho y'Ubuseruko bwo Hagati – ubu bashobora kwisanga mu ndyane zidahera
Trump na Netanyahu baratakaje ububasha bwo kugenzura inkurikizi z'intambara yabo kuri Irani inyuma yo kwihenda kuri iki gihugu cerekana ko kitajugumira.
Elon Musk abaye uwa mbere ku isi utunze tiliyari y'amadolari mu gihe agaciro ka SpaceX katumbagiye
Musk ubu afite umutungo wa tiliyari 1.11 y'amadolari y'Amerika, umutungo we ukaba ungana n'ubukungu bwose bwa Pologne cyangwa Ubusuwisi.
Ibyaranze ibirori byatangije igikombe cy'isi: Shakira, imbyino, imyigaragambyo
Abafana ibihumbi kuri stade y'amateka ya Azteca bari bafite igishyika gikomeye n'ibyishimo byo kongera kwakira iri rushanwa iwabo bwa mbere mu myaka 40 ishize.
Rwanda: Karenzi Karake ni nde, kandi kuki uyu wahoze ari umukuru w'ubutasi Kagame amuzanye muri dipolomasi?
Karenzi Karake yiyongereye ku bandi basirikare bakuru, n'abahoze ari abasirikare bakuru, bagiye boherezwa guhagararira u Rwanda mu mahanga.
Watermelon 'ifite imbaraga nk'iza Viagra' - Ubushakashatsi
Watermelon irimo ikinyabutabire cyitwa citrulline, gisa n'ibinyabutabire byifashishwa mu gukora umuti wa Viagra.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































