BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Umuntu wa mbere wo mu Bwongereza yarezwe jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994
Dr Vincent Brown, wahoze yitwa Dr Vincent Bajinya, w'imyaka 65, aragezwa mu rukiko rw'ibanze rwa Westminster Magistrates’ Court i London kuri uyu wa kabiri, aregwa ibyaha birindwi.
IKIBIRIRAHO, Burnham avuga ko Ubwongereza buzoha Arabia Saoudite imfashanyo ya gisirikare ‘yo kwikingira’
Andy Burnham yavuze ko Ubwongereza buzoha Arabia Saoudite imfashanyo "yo kwikingira" mu guha igitoro indege z’intambara zikiri mu kirere, inyuma y’ibitero ico gihugu cagabweko n’aba Houthi bo muri Yemen bashigikiwe na Iran.
Impaka zikomeye mu rubanza rwa Victoire Ingabire ku busabe bwo kuburanira mu muhezo
Ingabire akurikiranyweho ibyaha 7 birimo kurema umutwe w'abagizi ba nabi no gushaka guhirika ubutegetsi, ibyaha we ahakana.
Amnesty yagiriza AFC/M23 kwica abacukuzi no gutwara ubutare mu Rwanda
Icegeranyo gishasha c’ishirahamwe mpuzamakungu Amnesty International kivuga ko abarwanyi ba AFC/M23 bashigikiwe n’u Rwanda bagiriye nabi abacukuzi bato bato b’ubutare mu buseruko bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.
Umutwe w'ingabo z'ubutasi wa AI Trump ashaka gushyiraho ugamije iki?
Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, yatangaje ko agiye kukora ''igisirikare cy'ubutasi bw'ubukorano'' (artificial intelligence army).
DR Congo: Abakozi bo kwa muganga i Bunia baratanguye guhabwa urucanco rwa Ebola
Abakozi bo kwa muganga i Bunia, ahasinzikajwe cane n’ikiza ca Ebola muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, baraye batanguye guhabwa urucanco rwa Ervebo.
Indege 5 z'intambara zihuta cyane muri Afurika y'Iburasirazuba
Mu ntambara zo muri iki gihe, imbaraga zo mu kirere ntizipimwa gusa n’ubushobozi bw’indege , ahubwo zipimwa no ku ikoranabuhanga, amakuru, abakozi, ndetse n’inzego zituma indege zigira ubushobozi bwo gukora neza igihe zikenewe.
Michelle Bachelet yikuye mu guhatanira kuba umukuru wa ONU
Uyu wahoze ari Perezida wa Chili akuyemo kandidatire ye nyuma y'ibyumweru itora ryo gupima uko abakandida bahagaze rimushyize ku mwanya ubanziriza uwa nyuma.
Igitero cya mbere kinini cyane cya Ukraine kuri Moscow cyakoreshejwemo 'drone' amagana – umukuru w'akarere
Umuyobozi w'umujyi wa Moscow avuga ko 'drone' 450 zahanuwe muri icyo "gitero kitari cyarigeze kibaho", cyiciwemo abantu babiri.
Umunyonzi wo muri RD Congo yapfiriye mu rugendo rwo kwimakaza amahoro
Urugendo rw'amahoro rwa Miguel Masaisai rwo kwerekeza i Rabat anyuze mu bihugu 17 rurangiranye n'urupfu rwe nyuma y'iminsi 75 ari mu muhanda.
Aba-Houthi bavuga ko barashe ku murwa mukuru wa Arabie Saoudite bakoresheje misile za 'ballistic'
Igitero cyatangajwe ko cyagabwe ku bubiko bw'ibikomoka kuri peteroli bwo ku kibuga cy'indege cy'i Riyadh cyatumye ingendo zicyerererwa ku wa gatandatu, mu gihe Arabie Saoudite ivuga ko yahanuye misile 'ballistic' yaganaga kuri uwo murwa mukuru.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Video, AI ihabwe amakuru nyayo – Impuguke mu ikoranabuhanga Neza Nice Fabrice, Umwanya bimara 3,35
Umunyarwanda Neza Nice Fabrice, impuguke mu by'umutekano wo kuri murandasi, arasobanura byinshi ushobora kuba wibaza ku bwenge buhangano.
'Guhemukira igihugu' vyoba bikoreshwa mu kunumya abatavuga rumwe n'ubutegetsi muri Afrika?
Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu na yo agabisha ko ivyaha bijanye n'umutekano w'igihugu, iyo bidasiguwe neza mu mategeko, bishobora gukoreshwa mu kubuza abanyapolitike gukora ibikorwa vyabo mu mahoro.
Umukire wa mbere muri Afurika yashyize ku isoko imigabane ya mbere myinshi muri Afurika
Aliko Dangote, Umunya-Nigeria utunze za miliyari z'amadolari y'Amerika, avuga ko ashaka ko abantu basanzwe bagira icyo bungukira ku byo yagezeho mu ruganda rwe rutunganya ibikomoka kuri peteroli.
Umupilote w'Amerika wahanuriwe hejuru ya Iran aribuka ukuntu yahanutse, mu kiganiro cya mbere kuva atabawe
Abategetsi bo muri Amerika bavuga ko igikorwa cya gisirikare cyo gutabara uwo mupilote muri Mata (4) uyu mwaka, cyabaye inshuro ya mbere Amerika yari yohereje abasirikare ku butaka bwa Iran mu myaka 46 ishize.
Ivyo worya kugira ukingire mu kanwa hawe
Mu kanwa kawe haba uruvange rw'utunyabuzima twinshi, kandi ubwoko bumwe bwose bukagira aho bukunda kuba, ikibubeshaho, ico bufasha n'ico bwonona.
Abakozi ba IA 'vy'ukuri bafise ubwoba' kuri kazoza k'umuntu, niko uwahoze akorera Anthropic yabwiye BBC
Bishitse mu gihe umukuru w'ico kigo asaba ko iterambere ry'ubwo buhinga rigabanya umurindi, avuga ko hari ivyago ''bikomeye''.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































