Kilikou - Kuva kunywa 'colle' na 'essence' mw'ibarabara ukaba umuririmvyi rurangiranwa
Kilikou - Kuva kunywa 'colle' na 'essence' mw'ibarabara ukaba umuririmvyi rurangiranwa
Yatangajwe
Ku munsi mpuzamakungu w'umwana wo muri Afrika, umuririmvyi w'umurundi Kirikou, yamaze igice c'ubuzima bwiwe mw'ibarabara, atera akamo ko gufasha abana bakiri muri bwo.