'๐๐๐ฎ๐ณ๐ ๐๐๐๐ง๐ ๐๐๐ง๐ฃ๐ ๐ ๐ฎ๐ค๐ข๐ง๐ ๐ค๐ฎ๐ ๐ข๐ซ๐ ๐ง๐ ๐จ ๐ญ๐ฎ๐ณ๐ข๐ ๐๐ง๐ฒ๐ ๐ข๐ฌ๐๐๐ฎ๐ง๐ข'
'๐๐๐ฎ๐ณ๐ ๐๐๐๐ง๐ ๐๐๐ง๐ฃ๐ ๐ ๐ฎ๐ค๐ข๐ง๐ ๐ค๐ฎ๐ ๐ข๐ซ๐ ๐ง๐ ๐จ ๐ญ๐ฎ๐ณ๐ข๐ ๐๐ง๐ฒ๐ ๐ข๐ฌ๐๐๐ฎ๐ง๐ข'
Yatangajwe
Malawi, igihugu kiri mu bumanuko bwa Afrika, kirangwamwo ubuzima buzimvye ku rugero rutari bwigere rubaho. Ibiciro vyaraduze gushika ku rugero rwa 28.5% muri uno mwaka โ biri mu vya mbere biri hejuru cane muri Afrika.
Mu gihe amatora ariko aregereza muri ico gihugu, Abanyamalawi bihaye amabarabara biyamiriza iduga ry'ibiciro.