Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano ku kwahukana canke gutana mu Rwanda
Imvo n'imvano ku kwahukana canke gutana mu Rwanda
Yatangajwe
Kubera iki kwahukana canke gutana biriko birarwira mu Rwanda?
Icegeranyo c'Urwanda kijejwe kwegeranya ibiharuro cerekana ko ibice 20% vy'abubakanye mu gihugu cose vyasambutse mu mwaka uheze wonyene.