Russia: ‘Z Bloggers’ bashaka ko intambara zibandanya, ni bande?
Russia: ‘Z Bloggers’ bashaka ko intambara zibandanya, ni bande?
Yatangajwe
Perezida Putin yanambitse bamwe muri bo imidali.
Ni umugwi w’abakurikiranwa cane ku mihora yo guhanahana amakuru ‘influencers’ kubera ivyo bandika, berekana.
‘Z Bloggers’, niko abo Putin aharurako vyinshi, biyita.