Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'Imvano n'umuhanzi Israel Mbonyi
Mu kiganiro cy'Imvo n'Imvano yo kuri uyu wa gatandatu tariki ya 1 y'ukwa karindwi, turaganira na Israel Mbonyicyambu uzwi nka Mbonyi.
Ni umwe mu bahanzi b'ibyamamare mu karere k'ibiyaga bigari. Aririmba indirimbo zizwi nk'izihimbaza Imana.
Muri iki kiganiro, turavuga ku buhanzi, intego afite z'ejo hazaza ndetse n'ubuzima bwe.
Kuva ku itariki ya 11 kugeza ku ya 24 z'ukwezi twaraye dusoje kwa gatandatu, Mbonyi yataramiye mu bihugu bitandukanye ku mugabane w'Uburayi birimo Ububiligi ndetse n'Ubufaransa. Yavuganye na BBC Gahuza amaze kugera i Kigali mu Rwanda aho aba.
Yaganiriye na Prudent Nsengiyumva.