Umukuru w'urunani Amizero y'Abarundi, Agathon Rwasa, avuga ko hari abamutobera

Insiguro y'amajwi, Umukuru w'urunani Amizero y'Abarundi, Agathon Rwasa avuga ko hari abamutobera
Yatangajwe

Umukuru w'urunani Amizero y'Abarundi, Agathon Rwasa, avuga ko hari abamutobera bakigisha gutora "ego" kandi urwo runani ruhagaze kuri "oya"