Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano ku gitabo "Spare", cy'igikomangoma Harry ku buzima bwe bwite
Iki gitabo cy'impapuro 416, cyanditse mu Cyongereza no mu rurimi rw'Icyespanyol, cyashyizwe ku mugaragaro kimaze amezi gitegererezanyijwe amatsiko n'amashyushyu menshi, ahanini kubera uwacyanditse, ndetse n'ibintu bifatwa nk'ibidasanzwe, igikomangoma Harry, cyivuga ku mugaragaro ku buzima bwe bwite ndetse n'ubuzima bw'ikambere mu bwami bw'Ubwongereza.
Harry, umuhungu wa kabiri w'Umwami Charles III, cyangwa Karoli wa 3 w'u Bwongereza, yandika ku burakari bukomeye afitiye ingoro y'Ubwami, akanamena amambanga akomeye ku buzima bwe ndetse n'ubw'ibwami mu birego bikomeye.
Ingoro y'ubwami izwi nka "Buckingham Palace", yavuze ko ntacyo izavuga ku byanditswe na Harry.
Iki kiganiro mwagiteguriwe kandi murakigezwaho na Prudent Nsengiyumva.